Waruzi ko ibibanza vyo gukiniramwo atari ivy'abana gusa ahubwo bifasha n'abavyeyi?

Toys for children

Toys for children Source: Hannah Rodrigo (Unsplash)

Get the SBS Audio app

Other ways to listen

Ibibanza vy'ihuriro vyo gukiniramwo no kwiga ni vyiza cane ku bana. Barahigira kubana n'abandi, kwiga ururimi rushasha eka n'abavyeyi barahagirira abagenzi, bakayaga bakahamenyera n'amakuru yaho baba.



Share