Waruzi yuko hariho abogusaba amafaranga ngo bazoguha viza?

اداره گذرنامه استرالیا در کانبرا

Source: SBS

Get the SBS Audio app

Other ways to listen

Ni urudandazwa rudasanzwe kandi rwahiriye abatari bake mu bafasha abantu kurondera impapuro z'ubwimukira zo muri Australia. Hamwe n'ivyo hariho n'abandi barya amafaranga y'abantu babizeza nya viza ku buryo bisigaye vyagwiriye. Kubw'amategeko ahari ubu, nta vyinshi ategekanya mu gukingira abashikiwe n'ubwo buriganya.



Share