Wohitamwo gute umuganga akuvura?

GP

Source: Getty Images

Get the SBS Audio app

Other ways to listen

Jean de la Croix Butoyi ni umuganga akora mu gisagara ca Brisbane muri Queensland. Aratubwira ibintu nyamukuru wofatirako kugira utore umuganga akuvura neza, akwumviriza, ategera umuco wawe kandi muzomarana igihe kirekire.



Share