Imisi yawe yambere muri Australia irashobora ku kugirako ingaruka ibihe vyose

Umuporisi(Iburyo) aherekeje umukenyezi arikumwe n'umwana. polirisi yari yakiriye umurwi w'abimukira 51 bavuye muri Niger kw'itariki 14 Munyonyo 2018.

Umuporisi(Iburyo) aherekeje umukenyezi arikumwe n'umwana. polirisi yari yakiriye umurwi w'abimukira 51 bavuye muri Niger kw'itariki 14 Munyonyo 2018. Source: Getty Images

Get the SBS Audio app

Other ways to listen

Ivyo wavuze ukigera muri Australia birashobora kugira ingaruka nyinshi cane mu myaka uzobaho. Ariko abahinga baravuga yuko hakiriho amahirwe yo kwigarura.



Share