Ukurungika amahera hanze

Customer and bank teller

Customer and bank teller Source: Digital Vision

Get the SBS Audio app

Other ways to listen

Abantu barenga imiriyoni 250 nibo baba hanze y'igihugu cabo c'amavuko kandi benshi muri bo bararungikira amahera imiryango yabo. Mu kiganiro c'uno musi turaba ibintu umuntu yokwitwararika mu kurungika amahera.



Share