Australia: Ivyo ukwiye kumenya imbere yuko wimukira muyindi ntara.

Abantu bariko baraterura indoregwamo bayishira mu ngendeshwa.

Abantu bariko baraterura indoregwamo bayishira mu ngendeshwa. Source: Unsplash

Get the SBS Audio app

Other ways to listen

Impamvu zitera abantu kwimuka bava mu ntara baja mu yindi ziratandukanye. Ariko woba uzi ivyo ukwiye kwitwrarika kurusha ibindi?



Share