Amategeko y'ibarabara atazwi kandi umuntu wese muri Australia akwiye kumenya

Umugabo yicaye hejuru afise indidiri yiwe ikoreshwa umuyaga nkuba.

Umugabo yicaye hejuru afise indidiri yiwe ikoreshwa umuyaga nkuba. Source: Dr. Terrence Underwood/ Unsplash

Get the SBS Audio app

Other ways to listen

Wari uzi yuko wotozwa ihadabu muri Tasmania kubera gukoresha GPS kuri terefone yawe uri mu ngendeshwa. Turabashikiriza amategeko y'ibarabara atazi ariko yogufasha kwirinda kwica amategeko mu ma barabara yo muri Australia.



Share